Ingabo za Reta Zunze Ubumwe za Amerika zakoroye ikindi kigendajuru cari mu birere vya Amerika y’uburaruko muri kuno kwezi, ivyatumye amakenga yongerekana i Washington. Umukenguzamateka umwe wewe ...
Umuntu Ubwongereza bwimye ubuhungiro yabaye uwa mbere ugiye mu Rwanda, bijyanye na gahunda yo kuvana abantu mu Bwongereza ku bushake, ni ko byumvikana. Bijyanye n'iyo gahunda, yatangajwe muri Werurwe ...